AVIS AUX DEMANDEURS DE VISA


L’ Ambassade de Belgique a eu connaissance du fait que des personnes malveillantes vendent à prix fort des rendez-vous pour les demandeurs de visa. Un certain Nixon et un certain Jef ont, entre autres, été nommés et des montants exorbitants ont été cités.

L’ Ambassade déclare formellement que ces personnes ne font pas partie de son personnel et qu’elles lui sont inconnues.

Nous rappelons à tous que la prise de rendez-vous est gratuite. 

Payer pour ce « service » ne vous accordera aucune faveur quant au délai ou à l’issue du traitement de votre demande.
Vous risquez même fortement de trouver votre rendez-vous annulé lorsque vous vous présenterez aux guichets.

Comprenez par ailleurs que c’est le modus operandi de ces escrocs qui sature l’agenda et rend impossible les rendez-vous avant plusieurs semaines.

Enfin, nous invitons toute personne victime de telles pratiques à se signaler à l’ambassade et à porter plainte auprès de la police.

L’ Ambassade de Belgique met tout en œuvre pour stopper ces pratiques malveillantes.

Soyez vigilants et n’hésitez pas à partager ces informations !
 

BIMENYESHEJWE ABASABA AMA VISA


Ubuserukizi bw’Ingoma y’Ububirigi mu Burundi bwaramenyeshejwe ko hari abagizi ba nabi badandaza imibonano ijanye no gutanga ama visas.
Amazina yuwitwa Nixon n’uwundi yitwa Jef baravuzwe ko basaba amahera umurengera ababitura.

Ubuserukizi bumenyesha ko abo bantu uko ari babiri atari abakozi bayo, ataco bapfana kandi butabazi.

Twibutsa yuko gusaba umubonano wa visa ari ku buntu.

Kuriha kugira uronke ico bita ubufasha ntaco bihindura na kimwe ku mwanya wo kwiga dossiye yanyu canke ku nyishu muzoronka.
Bishobora no gutuma umubonano wanyu muwakwa mu gihe mwoseruka ku buserukizi bikamenyekana ko ariyo nzira mwaciyemwo.

Ahubwo mubonereho gutahura ko ariyo nzira bakoresha mu kubanyonyeza buzuza ikirangamisi c’imibonano y’ama visa, bagatuma ata mibonano ya hafi iboneka ku rubuga rwo kuzisabirako.

Turasavye uwariwe wese yoba yarashikiriwe n’ico cago cabo bantu kubimenyesha ku buserukizi hamwe no kwitura inzego z’igiporisi.

Ubuserukizi bw’Ingoma y’Ububirigi buri ku kivi kugira bushobore gutuza izo ngendo zibi z’abo bantu.

Mube maso mwongere muhanahane ino nkuru.

AVIS AUX DEMANDEURS DE VISA - Changement de prix :

A partir du 11/06/2024, le montant des droits de visa C (court séjour) passera de 80 EUR à 90 EUR pour les adultes (>12 ans) et de 40 à 45 EUR pour les enfants de 6 à 12 ans. Nos tarifs consulaires seront adaptés en fonction de ces nouveaux montants. Merci de vouloir bien vérifier le tarif en BIF sur notre site et vous assurez d’avoir la somme exacte à payer à nos guichets, le jour où vous vous présentez à l’ambassade pour déposer votre dossier. Pour rappel les frais de visa se paient uniquement en BIF !

 

BIMENYSHEJWE ABASABA AMA VISA :

Guhera itariki 11/06/2024, igiciro c’ama visa C (y’igihe gito) cahora ku ma EURO 80 yama EURO kigiye kuja ku ma EURO 90 ku bakuze (> imyaka 12), kubari hagati y’imyaka 6 na 12 kigiye kuva ku ma EURO 40 kije ku ma EURO 45. Ibiciro vy’ama serivisi yacu bigiye kuringanizwa kuri ibi bishasha. Tubasavye kurabira ku rubuga ngurukana bumenyi rwacu ivyo biciro mu marundi, mwongere murabe neza ko mwitwaje ayakwiye umusi muzoseruka ku buserukizi muzanye dossiye yanyu. Tubibutse ko ama visa arihwa mu mafaranga y’amarundi gusa !

La Belgique au Burundi

Services consulaires
Dans cette section, vous trouverez des informations sur votre inscription, comment demander une carte d'identité ou un passeport...
Passeport
Informations sur le passeport belge.
Illustration d'une carte du monde avec un avion qui décolle